English


Ubutwari

Gushinga intahe

Kahise k'Uburundi

Urugendo

Gira ico mushikirije

Gushinga intahe
 
 
 
"Iyo umuntu yigiriye inama yo kwica, aca ahinduka nk'igikoko. Ashobora kwica uwo bahuye wese".
Nahimana Meria na Nizigiyimana Niceti (Ibikurikira).

Imana yaramfashije kurinda, ndashobora gusohoka hanze mwijoro ata gutinya abantu bitwaje ibirwanisho. Iyo umuntu yigiriye inama yo kwica aca ahinduka nk'igikoko. Ashobora kwica uwo bahuye wese. Naronse ingoga zo kubikora kuko yari umutama, yari umubanyi wacu kuva kera kandi ntaco twari bwamuhore nakimwe. Ntaco yiyagiriza, yari umuntu nkanje tugasangira vyose. Sinashobora kwemera ko yicwa mu gihe turiko dutana mu mitwe, ninaco gituma nakoze uko nshoboye kose, ngo ntabare umutama Makoro. Imana yaradufashije, ntiyapfuye nya musi.

Uwabajije ibibazo: Maziari Bahari
Uwabiteguye mu rwandiko: Gladys Ntibareha
na Davidi Shem-Tov

 



© Burundi Voices Project, 2006.